Haninahazwe Data,
na Mwana,
na Mutima Mweranda,
nk'uko vyamyeho hambere hose, ni bibeko
n’ubu no mu myaka yose.
Amen.
Kirundi
Haninahazwe Data,
na Mwana,
na Mutima Mweranda,
nk'uko vyamyeho hambere hose, ni bibeko
n’ubu no mu myaka yose.
Amen.